Leviticus 13:38 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ni hagira umugabo cank’ umugore agira ibibibi ku mubiri wiwe inyuma ku rukoba, ivyo bibibi bikēra;