Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ ico kintu indwara yafashe, uwo muherezi ni yagisuzuma, agasanga iyo ndwara irikw irazimangana, kimaze kumesurwa, aho hantu aheze ahatabure, ahakūre kur’ uwo mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke kur’ urwo rusāto.