bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Leviticus 14:36
Leviticus 14:36 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwo muherezi avuge ko basohora ibintu vyose muri yo, atarinjira gusuzuma iyo ndwara, kugira ngw ivyo mur’ iyo nzu vyose vyoye guhinduka ibihumanye; hanyuma uwo muherezi aze yinjire kurāba iyo nzu;