Leviticus 16:30 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko kur’ uwo musi ari ho muzotangirwa impongano, kugira ngo muhumanurwe: nuko muzoba muhumanuwe ivyaha vyanyu vyose imbere yanje, jewe Uhoraho.