Leviticus 19:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Umuntu ni yasambana n’ umuguranokazi ataribgacungurwe ngw aronke umwidegemvyo, kandi yar’ asabge n’uwundi; baze bahanwe, ariko ntibaze babice, kuk’ uwo atari n’umwidegemvyo.