Leviticus 23:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ni mwimbura ivyimburwa vyo mu gihugu canyu, ntimuze muherengeteze rwose gushwābūra ivyo ku mibari y’imirima yanyu, kandi ntimuze muhumbe uduhumbga tw’ivyo mwimbuye: muze mubisigarize aboro n’abanyamahanga: nd’ Uhoraho Imana yanyu.