Leviticus 24:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aze yame atunganiriza ayo matara kur’ ico gitereko c’izahabu iramuye, kugira ngo yame yakira imbere yanje ubudasiba.