Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umunyamahanga cank’ umugerērwa ari muri mwebge ni yahinduka umutunzi, uw’i wanyu agahinduka umugorwa i ruhande yiwe, akibunza kur’ uwo munyamahanga canke kur’ uwo mugerērwa ari muri mwebge, canke ku wo mu b’i wabo wa ben’ uwo, ngw amugure,