Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mugabo, ivyo mu gihugu vyapfuye kwimeza mur’ ico gihe c’isabato yaco ni vyo bizoba ivyo kurya vyanyu, mwe n’abagurano banyu, n’abaguranokazi banyu, n’ abakozi banyu b’abacangero, n’ abanyamahanga baba muri mwebge;