Leviticus 26:42 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ni ho nanje nzokwibuka isezerano ryanje nasezeraniye Yakobo, n’ iryo nasezeraniye Isaka, n’iryo nasezeraniye Aburahamu na ryo nzoryibuka; kandi n’igihugu na co nzocibuka.