Leviticus 8:24 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Atakw azana bene Aroni, na bo nyene akoza amaraso ku matwi yabo y’i buryo ahahera hejuru, no ku bikumu vyabo vy’i buryo, no ku mano yabo manini y’i buryo: ayandi maraso ayamijagira ku gicaniro impande zose.