Leviticus 8:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo vyose abishira ku mashi ya Aroni no ku y’abana biwe, ngo babizunguze kuba ishikanwa rizungurijwe imbere y’Uhoraho.