Luke 1:18 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Zakariya abaza uwo mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki, ko nshaje kandi umugore wanje akaba ageze mu zabukuru?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Zakariya abaza umumarayika, at’ Ivyo nzovyerekwa n’iki, ko nd’umutāma, n’umugore wanje akaba ageze mu zabukuru?