Luke 1:38 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Wa mumarayika aca amusiga aho arigira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda.