Luke 1:9 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yari yatowe hakoreshejwe ubupfindo nk’uko umugenzo w’ubuherezi wabitegekanya mu guhitamwo uwinjira mu ngoro y’Umwami Imana guturira ibimota neza
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi nk’uk’ umugenzo w’abaherezi war’ uri, ni we yari yatoranijwe n’ubupfindo kwinjira ahēra h’urusengero rw’Umwami Imana, kwosa imibavu: