Luke 11:27 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu akiriko aravuga ivyo, umugore yari ngaho avuga n’ijwi rirenga ati: “Hahiriwe umuvyeyi yakuvyaye akakwonsa.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Akivuga ivyo, umugore wo mw ishengero ashira hejuru, aramubgira, ati Hahirwa inda yakuvyaye, n’amabere yakwonkeje.