Luke 11:8 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ndababwire ukuri, naho atovyuka ngo amuhe iyo mikate kubera ari umugenzi wiwe, yovyuka akamuha ivyo akeneye vyose kubera yashishikaye kumugobera ata dusoni.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ndababgire: Nah’ atovyurwa n’ukw ar’ incuti yiwe ngw ayimuhe, ariko kukw atagize isoni zo kumuhambira, aravyuka, akamuha ivy’ agomba vyose.