Luke 12:10 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu azobiharirwa, ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ umuntu wese azodedemba ku Mwana w’umuntu, azobiharirwa; arik’ ūzorogota kuri Mpwemu Yera ntazobiharirwa.