Luke 12:27 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nimwitegereze ingene amashurwe yo ku misozi akura. Ntakora kandi ntajisha impuzu. Ariko ndababwiye ko na Salomo ubwiwe mu cubahiro ciwe cose atigeze ashaza nka rimwe muri yo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni mwitegereze amashurwe, ingen’ akura: ntiyīrirwa aratama, ntajisha impuzu: ariko ndababgire: Na Salomo mu bgiza bgiwe bgose ntiyar’ ashajije nka rimwe mur’ ayo.