Luke 12:49 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Naje kwatsa umuriro kw’isi; ese iyo uba umaze kwaka!
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Naje guta umuriro mw isi, non’ iyaba war’ umaze gufatwa, mba nkigomba iki kandi?