Luke 12:52 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uhereye ubu, mu muryango w’abantu batanu bazocanamwo, batatu bagwanye babiri, babiri bagwanye batatu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ndababgire, si ko biri, ariko naje kuzana umucano. Kuk’ uhereye none hazobaho batanu mu nzu imwe batandukanye, batatu na babiri, na babiri na batatu.