Luke 12:54 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yongera abwira isinzi ry’abantu bari aho ati: “Iyo mubonye igicu kivuye mu burengero, ubwo nyene muca muvuga muti: ‘Imvura igira igwe,’ kandi biba uko nyene.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ abgira ishengero, at’ Iyo mubonye igicu kivuye i burengerazuba, muca mugira ngw Imvura iraguye; kandi ni ko biba.