Luke 12:55 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mubonye umuyaga uhuhuse uva mu bumanuko, muca muvuga muti: ‘Hagira haze ubushuhe,’ kandi bica biba uko nyene.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Iyo mubonye umuyaga uturutse i bumanuko mugira ngo Haraba indugumba, kandi ni ko biba.