Luke 14:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwundi na we ati: ‘Sinshobora kuza kuko narongoye.’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwundi, ati Nārongoye, ni co kimbujije kuza.