Luke 15:31 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Se aramubwira ati: ‘Mwana wanje, wewe turamana imisi yose, kandi ivyo mfise vyose ni ivyawe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Na we aramubgira, ati Mwana wanje, tubana imisi yose, kand’ ivyanje vyose n’ivyawe: