Luke 19:15 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko arimikwa nk’umwami, hanyuma aragaruka. Aca atumako ba bakozi yaha amahera, kugira arabe ingene bungutse.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Agarutse, amaze kwimikwa, ahamagaza ba bishikira yasigaranye ya mahera, ngw amenye inyungu umuntu wese yungutsemwo mu kuyacuruza.