Luke 19:16 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwa mbere araza, avuga ati: ‘Databuja, mina yawe yungutse izindi cumi.’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwa mbere arengutse, aravuga, ati Mugenzi, mina yawe yungutsemw’ izindi mina cumi.