Luke 19:18 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uwa kabiri araza avuga ati: ‘Databuja, mina yawe yungutse izindi zitanu.’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwa kabiri arengutse, aravuga, ati Mugenzi, mina yawe yungutsemw’ izindi mina zitanu.