Luke 19:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi aho yaca hose, abantu baca basasa impuzu zabo mu nzira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw aragenda, basasa impuzu zabo mu nzira.