Luke 2:24 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko Yosefu na Mariya baca batanga ikimazi nk’uko ivyo vyagezwe nyene vyabitegekanya: “inyoni zitwa intunguru zibiri canke inuma zikiri nto zibiri.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi ngo batange ikimazi, nk’uko vyavuzwe mu vyagezwe n’Umwami Imana, ngw Intunguru zibiri cank’ ivyana vy’inuma bibiri.