Luke 2:28 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Simeyoni aramwakira, amukikira mu maboko yiwe, ashima Imana ati:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
aramwākira, aramukikira, ashima Imana,