Luke 2:33 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abavyeyi b’uwo mwana batangazwa cane n’ayo majambo amuvuzeko.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Se na nyina batangazwa n’ayo majambo avuzwe kuri we.