Luke 20:28 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
“Mwigisha, Mose yanditse avuga ko umuntu apfuye agasiga umugore atagira abana, uwo bavukana ategerezwa gucura uwo mupfakazi kugira ngo aronkere uruvyaro uwo muhisi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bati Mwigisha, Mose yatwandikiye yuko mwene nyina w’umuntu ni yapfa ar’ imponnyi, agasiga umugore, mwene nyina akwiye gucūra uwo mugore, ngw ahonore mwene nyina.