Luke 21:38 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
kandi abantu benshi bama baza mu gatondo mu rusengero kumwumviriza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abantu bose bakazindukira kuri we mu rusengero kumwumva.