Luke 22:36 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Aca arababwira ati: “Ubu rero uwufise amahera mu mufuko nayibangikanye, uwufise isakoshi ayitore, kandi n’uwudafise inkota agurishe umutamana wiwe ayigure.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arababgira, at’ Ariko noneho, ūfise umupfuko w’amahera awujane, n’ūfise isaho ayijane; kand’ ūdafise inkota, ashōre impuzu yiwe ayigure.