Luke 23:32 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi hariho n’abandi bagabo babiri b’inkozi z’ikibi, na bo bajanwa kwicirwa hamwe na Yesu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
N’abandi babiri, b’inkozi z’ibibi, bajananwa na we kwicanwa na we.