Luke 23:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Herode abonye Yesu, aranezerwa cane kuko yari amaze igihe kirekire yipfuza kumubona. Yari yarumvise ivyiwe, maze yipfuza kumubona akora igitangaza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Herode abonye Yesu aranezerwa cane, kuko yahereye kera yifuza kumurāba, kuko yahora yumva ivyiwe, kandi yaziga ko yobona ikimenyetso yokora.