Luke 3:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kubera abantu bari biteze cane ukuza kwa Kristo, bagumye bibaza mu mitima ku vyerekeye Yohana ko yoba ari we Kristo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ abantu bāri barorereye ibizoba, bose bakabūranisha imitima ngo kumbure Yohana yoba Kristo.