Luke 4:38 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu aca ava muri iyo sinagogi aja i muhira kwa Simoni. Inabukwe wa Simoni yari arwaye kandi ashushe cane, maze abari aho binginga Yesu ngo amukize.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ava hasi, arasohoka ava mw isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Kandi inabukwe wa Simoni yar’ afashwe n’umururumbo ukomeye, baramumwingingira.