Luke 4:43 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko arababwira ati: “Ntegerezwa kuvuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami bw’Imana no mu bindi bisagara na vyo, kuko ari co canzanye.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ arababgira, ati Nkwiye kuvuga ubutumwa bgiza bg’ubgami bg’Imana no mu bindi bisagara, kukw ari co natumwe.