Luke 5:19 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Babonye ko badashobora kwinjira kubera ubwinshi bw’abantu, baca burira hejuru ku nzu, basambura aho bacisha ca kirago aryamyeko, bacururukiriza hagati mu bantu, gitumbereye imbere ya Yesu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Babuze aho bocinjiriza kubg’ ishengero, būrira hejuru ku nzu, bagicisha mu mategura ayisakaye, bacururutsa mu nderuzo hagati y’abantu imbere ya Yesu.