Luke 5:25 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubwo nyene aca arahaguruka bose babibona, yikorera ca kirago, ataha ahimbaza Imana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aca avyuka imbere yabo, yikorera inderuzo yar’ aryamyemwo, arataha, ahimbaza Imana.