Luke 5:3 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Atambukira mu bgato bumwe, bgar’ ubga Simoni, aramusaba ngw abgigizeyo buve ku nkombe gatoya: aricara, yigisha ishengero, ari mu bgato.