Luke 6:19 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
kandi abantu bose bagerageza kumukorako, kuko ububasha bwo gukiza ingwara bwamuvamwo bugakiza abantu bose.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ishengero ryose rigerageza kumukorako, kuk’ ubushobozi bgāmuvamwo bukabakiza bose.