Luke 6:3 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yesu na we arababaza, ati Nta ho murasoma iki, ico Dawidi yakoze, aho yar’ ashonje, asonzanye n’abari kumwe na we;