Luke 7:42 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abonye ata n’umwe muri abo ashoboye kumwishura, aca ayabahebera bompi. None ni nde muri abo babiri azomukunda cane?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze badafise ico kumwishura, azibahebera bompi. Mbeg’ ūzorushiriza kumukunda n’uwuhe?