Luke 8:39 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
“Subira i muhira ubarire abantu ivyo Imana yagukoreye.” Wa muntu aca arataha aca hose mu gisagara, agenda arabwira abantu ivyo Yesu yamukoreye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ati Subira i muhira i wawe, ubadondere ivyo Imana igukoreye vyose. Aragenda, akwiza mu gisagara cose ivyo Yesu yamukoreye vyose.