Luke 8:4 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Umusi umwe, abantu isinzi bakorana bavuye mu bisagara bitandukanye, maze Yesu abacira uwu mugani ati:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ishengero ryinshi rirakorana, kand’ abāvuye mu bisagara vyose baza kuri we, abacira umugani,