Luke 8:47 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa mugore abonye atagishoboye kwinyegeza, aca aza ajugumira, yikubita imbere y’ibirenge vya Yesu, aca amubwirira imbere ya bose icatumye amukorako, kandi ko yaciye akira ako kanya nyene.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Wa mugore abonye yukw atayoberanye, aza ahinda agashitsi, amwikubita imbere, amubgirira mu maso y’abantu bose icatumye amukorako, n’ukw akize uwo mwanya.