Luke 8:51 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ashitse mu nzu kwa Yayiro ntiyemera ko hagira umuntu n’umwe binjirana, kiretse Petero, Yohana, na Yakobo, hamwe na se na nyina b’uwo mwana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ashitse ku nzu, ntiyagira uwundi muntu akundira kwinjirana na we, atari Petero na Yohana na Yakobo, na se wa nya mukobga na nyina.